Article
Preparing the article…
If a translation is needed, this may take a few seconds.
If a translation is needed, this may take a few seconds.
Iyo nyubakwa ifise kahise kadasanzwe, mugabo imaze imyaka irenga mirongo ibiri ari umusaka, hagati na hagati mu gisagara ca Bujumbura. Iyo ni yo yabayemwo umutware mukuru wa Rwanda-Urundi, mu nyuma iba ikirimba c’umwami, ikirimba c’umukuru w’igihugu, ingoro y’igihugu yakira abashitsi b’iteka bagendeye Repubulika y’Uburundi, n’ibindi. Umanukanye ibarabara ryitiriwe uwa mbere…

Our editors' picks of what matters. Monday to Friday.
By subscribing, you accept our privacy policy.