Article
Preparing the article…
If a translation is needed, this may take a few seconds.
If a translation is needed, this may take a few seconds.
Haraciye imyaka ibiri, Reta y’Uburundi yarabogoje amashirahamwe ashika 20 mu gikorwa co kwegeranya umwavu mu gisagara ca Bujumbura. Ariko, bigaragara ko ata gishasha cahindutse. None ingorane iri he ? Umuti wo ni uwuhe ? Twaregereye ababikurikiranira hafi. Inyuma y’imyaka ibiri, nta ntambwe ishimishije uwo mugambi uratera. Ukubitiye mu makaritiye amwe amwe yo…

Our editors' picks of what matters. Monday to Friday.
By subscribing, you accept our privacy policy.