Article
Preparing the article…
If a translation is needed, this may take a few seconds.
If a translation is needed, this may take a few seconds.
Ziri ubwoko injojo ! Kanyanga, umudiringi, umunanasi, umugorigori, igisubi, n’izindi rero bita “inkonesere”. Zikorwa gute? Twozisanga he? Zinyobwa na bande? Vyose ni muri kino gisomwa, twarahuye na bene vyo. Buyoya Pele ni umwe mu bahoze bihereza izo nzoga zitemewe n’amategeko. Aba muri zone ya Musaga. Avuga ko izikunzwe cane n’abantu benshi…

Our editors' picks of what matters. Monday to Friday.
By subscribing, you accept our privacy policy.