Amacupa akoze mu mashonge: abitse ubumara, soko ry’indwara zidakira
Amacupa akozwe mu mushonge (“plastique” mu Gifaransa) yagenewe gukoreshwa rimwe gusa. Ariko mu Burundi, akoreshwa incuro zirenga imwe, ata camira. Ivyo navyo bikaba bifise ingaruka...