Article
Préparation de l'article…
Si l'article doit être traduit, cela peut prendre quelques secondes.
Si l'article doit être traduit, cela peut prendre quelques secondes.
Abavuga ko abantu bo mu bwoko bw’abatwa badakunda ishure, bakabaremeka ayo bashatse yose, barihenda cane. Nzoyisenga Joantine, aba mu kigwati c’abatwa ca Busekera, kiri ku nkengera y’ishamba rya Kibira mu ntara ya Muramvya, arahinyuza ivyo ubwoko bwiwe bwagirizwa. Aradushingira intahe, agaheza agatera n’akamo abana nkawe. Uwo mwigeme w’imyaka 16 ageze…

Notre sélection des informations essentielles. Du lundi au vendredi.
En vous inscrivant, vous acceptez notre politique de confidentialité.