Article
Préparation de l'article…
Si l'article doit être traduit, cela peut prendre quelques secondes.
Si l'article doit être traduit, cela peut prendre quelques secondes.
Ncinjira kaminuza, hari abantwenze ngo nize ibitagira akamaro mu buzima. Ni nde yababeshe ? Ikirundi kirambeshejeho, jewe n’abanje. Sinibagira iyo navuye. « None nk’aho uriko uta umwanya wawe, ivyo wize bizokumarira iki mu buzima ? » Ico ni ikibazo nabajijwe incuro nyinshi cane n’abantu banebaguye igisata nariko ndiga, ncinjira muri kamiNuza. Vyarashika na jewe…

Notre sélection des informations essentielles. Du lundi au vendredi.
En vous inscrivant, vous acceptez notre politique de confidentialité.