Article
Préparation de l'article…
Si l'article doit être traduit, cela peut prendre quelques secondes.
Si l'article doit être traduit, cela peut prendre quelques secondes.
Ingingo zirafatwa, ariko abantu bakaguma bakoresha abana batarakwiza imyaka yo gukora. Aha i Bujumbura ndetse no mu yindi mihingo y’igihugu, abana bafise hagati y’imyaka cenda na cumi n’umwe, usanga bariko bakora ubuzi bwo mu nzu, kudandaza canke ubundi bwose abo bita “aba boss” babatuma. Abo bana babona amakuba menshi; nk’uko…

Notre sélection des informations essentielles. Du lundi au vendredi.
En vous inscrivant, vous acceptez notre politique de confidentialité.