Article
Préparation de l'article…
Si l'article doit être traduit, cela peut prendre quelques secondes.
Si l'article doit être traduit, cela peut prendre quelques secondes.
Amezi atatu arikokoye imiti yahora ihabwa abagendana umugera w’igitigu wo mu bwoko B (hépatite B) wabuze aho wahora utangirwa. Ivyo bikaba bibabaza cane abawugendana babona ko ata kabuza bagiye guhona. Umve akamo k’umwe mu bawugendana. Umusi umwe nagiye gutora umuti w’igitigu witwa Truvada nk’uko nahora, barandahiye ko utakiboneka. Ibihe vyose…

Notre sélection des informations essentielles. Du lundi au vendredi.
En vous inscrivant, vous acceptez notre politique de confidentialité.