Article
Préparation de l'article…
Si l'article doit être traduit, cela peut prendre quelques secondes.
Si l'article doit être traduit, cela peut prendre quelques secondes.
Amagume yose aba afise ibiyatuma, abo aturutseko n’ivyo atera, eka mbere n’imvugo bwite bijana. Amajambo mashasha aravuka, ayahahora akagira izindi nsiguro. Kuyaha insiguro y’ukuri biba bigoye, iyo utari mwene kuyatora. Ariko, uwogerageza gusorongora amwe amwe duhora twumva, kugira vyoroshe kuyatahura, ntivyoba bibi. Amajambo menshi yagumye mu mitima, mu mishaha no…

Notre sélection des informations essentielles. Du lundi au vendredi.
En vous inscrivant, vous acceptez notre politique de confidentialité.