Article
Préparation de l'article…
Si l'article doit être traduit, cela peut prendre quelques secondes.
Si l'article doit être traduit, cela peut prendre quelques secondes.
Mu Burundi, ikiguzi c’ivyo umukenyezi ari mu bihe akenera, nta wucitaho. None, mu buzima bwiwe bwose, umurundikazi yoba akoresha amafaranga angana gute kubera ubutinyanka ? Tubirabire hamwe. Uretse ko ari ibihe bitorohereza abakenyezi n’abigeme, ibihe vy’ubutinyanka biratwara amafaranga. Mu vyo bagura, twovuga nk’udutambara tw’isuku mu gihe c’ubutinyanka, umuti ugabanya ububabare,…

Notre sélection des informations essentielles. Du lundi au vendredi.
En vous inscrivant, vous acceptez notre politique de confidentialité.