Article
Préparation de l'article…
Si l'article doit être traduit, cela peut prendre quelques secondes.
Si l'article doit être traduit, cela peut prendre quelques secondes.
Igituma isi iguma iriho, ni kubera abantu bavyara bakarera bagakuza. Igihugu kidafise urwaruka kiba gifutanye. Runo na rwo rubangamirwa na vyinshi ; muri ivyo, ukutamenya ivy’ubuzima bw’ibitsina vyabo. Agatabu « Ihinduka ry’inyifato y’abantu rihera kuri jewe » kaje nk’inyishu ku bitari bike. « Urwaruka rudashikana imyaka 25 rurarenza ibice 60% vy’Abarundi bose. Urwo rwaruka…

Notre sélection des informations essentielles. Du lundi au vendredi.
En vous inscrivant, vous acceptez notre politique de confidentialité.