Article
Préparation de l'article…
Si l'article doit être traduit, cela peut prendre quelques secondes.
Si l'article doit être traduit, cela peut prendre quelques secondes.
Amacupa akozwe mu mushonge (“plastique” mu Gifaransa) yagenewe gukoreshwa rimwe gusa. Ariko mu Burundi, akoreshwa incuro zirenga imwe, ata camira. Ivyo navyo bikaba bifise ingaruka mbi nyinshi ku magara. Turabayagira kuri zimwe zimwe. Benshi bayazi ku mazina y’ikibuni, igikinju, igipacupacu canke ikivodoka. Abeshejeho benshi. Iyo utembereye mu masoko atandukanye hano…

Notre sélection des informations essentielles. Du lundi au vendredi.
En vous inscrivant, vous acceptez notre politique de confidentialité.