Article
Préparation de l'article…
Si l'article doit être traduit, cela peut prendre quelques secondes.
Si l'article doit être traduit, cela peut prendre quelques secondes.
Hambavu y’ivyavuzwe vyatumye Uburundi butaha zirayoye mu mahiganwa ya #CAN2019, hari n’ibindi vyinshi bibangamiye ico gisata. Si ivy’imbeshere ; ubukene bwugarije imigwi y’umupira w’amaguru mu Burundi burafise uruhara runini mu ngorane zishikira ico gisata. Ni nayo ntandaro yo gutsindwa mu nkino mpuzamakungu. Ariko rero, si ico gusa. Hari n’ibindi vyinshi bigaragara…

Notre sélection des informations essentielles. Du lundi au vendredi.
En vous inscrivant, vous acceptez notre politique de confidentialité.