Article
Préparation de l'article…
Si l'article doit être traduit, cela peut prendre quelques secondes.
Si l'article doit être traduit, cela peut prendre quelques secondes.
Uburundi bwaraye bukuye meza mu mahiganwa y’igikombe ca Afurika kiriko kibera mu Misiri, ata n’inota na rimwe buronse. Birababaje. Ariko, ntibitangaje; kuko bifise ico vyavuyeko. Abantu bakurikiranye inkino Uburundi bwakinye muri aya mahiganwa y’igikombe ca Afurika (CAN), barabonye ko abakinyi b’Abarundi bazi umupira. Uravye ukuntu bavugutiye umuti igihugu ca Gabon,…

Notre sélection des informations essentielles. Du lundi au vendredi.
En vous inscrivant, vous acceptez notre politique de confidentialité.