Article
Préparation de l'article…
Si l'article doit être traduit, cela peut prendre quelques secondes.
Si l'article doit être traduit, cela peut prendre quelques secondes.
Nganji Trésor* aheruka kuja mu mahanga kunonosora amashure yiwe ya kaminuza. Kuva agiye, ngo aratangazwa n’ukugene uwahora amwita umugenzi asanzwe, ubu ashaka ko amufata nk’umukunzi. Aratwiganira hano. Ntaragira umugambi wo kuja kubandanya amashure hanze y’igihugu, nari mfise umugenzi w’umwigeme twagendana cane. Ndamusaba ko twotera imbere muri ubwo bucuti, ati: “Oya!”…

Notre sélection des informations essentielles. Du lundi au vendredi.
En vous inscrivant, vous acceptez notre politique de confidentialité.