Article
Préparation de l'article…
Si l'article doit être traduit, cela peut prendre quelques secondes.
Si l'article doit être traduit, cela peut prendre quelques secondes.
Mu gihe ukwezi kwa Ntwarante isi yaguhariye agateka k’umukenyezi, nahisemwo kubasangiza ikiganiro nagize n’abagenzi kuri ico kibazo. Bamwe bati : « Nta mugabo wo kubwira umugore wiwe ivyo atunze vyose », abandi bati : « Amirwa ! ». None ukuri ni ukuhe ? Mu mpera z’iyinga riheze, nagorobeje nganira n’abagenzi, aho twari duhuye ngo twiginane, inyuma y’imisi itari mike…

Notre sélection des informations essentielles. Du lundi au vendredi.
En vous inscrivant, vous acceptez notre politique de confidentialité.