Article
Préparation de l'article…
Si l'article doit être traduit, cela peut prendre quelques secondes.
Si l'article doit être traduit, cela peut prendre quelques secondes.
Nk’uko ishirahamwe OMS ribimenyesha, abantu imiliyoni zitatu n’ibice bitatu bapfa kubera kunywa inzoga. Ariko kandi ngo inzoga zishobora kuba zitera ingwara zirenga amajana abiri, harimwo n’ukutavyara kuri bamwe. Twarasiguje umuhinga. “Ubundi inzoga ziri ubwoko butandukanye dufatiye ku bukari bwazo”, nk’uko tuvyibutswa na muganga Bivahagumye Leonard, yabinonosoye. Urugero rwa mbere rugizwe…

Notre sélection des informations essentielles. Du lundi au vendredi.
En vous inscrivant, vous acceptez notre politique de confidentialité.